Rumonge
Appearance
Rumonge ni igisagara kimwe mubisagara bigize igihugu c'Uburundi.
Rumonge ni intara ihanamiye ikiyaga Tanganyika.
- Abanyagihugu: 35.931 (2008)
Muri iyo ntara bararoba cane kuko bereye ikiyaga tanganyika, baranarima cane ibigazi( palmier à huile) kuko iyo ntarairashushe , iri muntara z'uburundi cikigazozimbura cane icogiterwa
Burundi - Rumonge